Académique Documents
Professionnel Documents
Culture Documents
mu muryango wabakristu
Diyoseze kuru ya Bujumbura Tl 22 22 05 00 / 79 602 229 / 79 927461
E-mail: sokoryubuzima@yahoo.fr Site: www.isokoryubuzimaburundi.fr.gd
Igiciro:100Fr 9/13
cuti zanje: Sinshaka ko muyoberwa ivyabaye mu gihe ba sokuru bava mu Misiri. Bose bagenda IDOMI IKA YA GATATU YO MU KAREMA-C bahagarikiwe ninkingi yigicu, kandi bose barajaIGISOMWA CA MBERE: Ihunga 3, 1-8a. 10. 13-15 butse ikiyaga Gitukura. Bose bari bunze ubumwe Imana-Mukiza yimenyesha Musa na Musa, basa nababatirijwe muri ca gicu no mu Ivyo dusoma mu gitabu cIhunga : kiyaga; bose barariye ya mfungurwa imwe yumutiMuri irya minsi, Musa yariko araragira intama za ma; bahora banywa amazi ava mu gitandara cibusebukwe Yetro, umusaserdoti wa Madiyani. Umuye cabaherekeza, na co ico gitandara cari ikimenyensi umwe, yari yazijanye mu gahinga, ashika ku tso ca Kristu Ariko rero, benshi muri bo ntibagoromusozi wImana witwa Horebi. Umumalayika wUrokeye Imana, baraheza bagwa mu gahinga. Ivyo mukama aramubonekera, asa nurubeya rurabiriza vyarabaye ngo bitubere akarorero, ntitwipfuze ibibi mu gisaka. Musa ngo aje kuraba, abona kino gisaka nkuko ba sokuru babigize. ti mwidodombere Imagisa nigitongorero cumuriro, ariko kidasha. ina, nkuko bamwe muri bo babigize, maze bagatikikwo kwibwira ati: Hinge, negere, maze nihweze ra. Ivyo vyose vyabashikiye ngo bitubere akarorero, ivyo bintu, ndabe nigituma ico gisaka kidasha. kandi vyanditswe ngo bitubere impanuro, twebwe Umukama aramubona ariko aregera ngo arabe netwegereye iminsi ya nyuma. one rero, uwigira ngo za uko bimeze, aca aramuhamagara ari hagati mu arahagaze, ni yitegereze yoye kugwa. gisaka, ati: Musa! Musa! a we ati: darenguINKURU NZIZA: Lk. 13, 1-9. Imana ntihengeshanya tse. Araheza amubwira ati: turuhe wegera ngakudukebura ngo twihanure ha, mbere ni wambure inkweto zawe, kuko aha Ivyo dusoma mu Njili nyeranda yanditse Luka: uhagaze ari ahantu hasonerwa. Umukama aroUmunsi umwe, haza abantu biganira Yezu ayashingera kumubwira ati: i jewe Imana ya ba sokukiye Abanyagalile, ingene Pilato yabakwirikije ru, Imana ya Ibrahimu, Imana ya Izahaki nImana inkuka bari baje guhereza. Yezu arabishura ati: ya Yakobo. Musa aca yipfuka mu maso, kuko ya Mugira ngo abo Banyagalile babonye ayo yose kutinya kuraba Imana. Umukama aramubwira ati: ko bari bacumuye kurusha abonye ayigihugu canje kigorewe mu Misiri, nuabandi bose? dabibabwimvise amaborogo bavuza kubera uruhuha rwabaye: Haba nintete; ariko, na bakoresha; ni ivyukuri, ndazi amaganya barimwo. mwebwe ni mutihana, muashinze kubakura mu minwe yAbanyamisiri, ngo zoshira murtyo mwese. ndabajane mu ntara imera kandi nini, mu gihugu Canke, ba bandi cumi nucamata nubuki. Genda, ndakurungitse kwa Famunani basidukirwako nuraoni, ukure mu Misiri igihugu canje, abana bIsramunara wa Siloe ukabica, eli. Musa rero abwira Imana ati: Ego ndagiye mugira ngo bari bakoze kuraba Abanyisraeli, ndababwire nti: Imana ya ba akabi gusumba akabandi bose baba i Yeruzalemu? sokuru yantumye iwanyu. Yamara ni bambaza izidabibabwiye: Haba nintete; ariko, na mwebwe ni na ryuwantumye, nzobishura iki? Imana isubiza mutihana, muzoshira murtyo nyene. Yezu araheza Musa iti: di Uwuriho. gaya amajambo uzoshiabacira uyu mugani ati: Habaye umuntu yari afikiriza Abanyisraeli, uti: Uwuriho niwe yabantuse igiti cifigiye mu murima wiwe wimizabibu. myeko. Imana yongera kubwira Musa, iti: Uzogwaze kwamura, asanga ntihagirako namba. bwira bene Israeli uti: Umukama, Imana ya ba soAbwira uwamurabira imizabibu ati: raba, haheze kuru, Imana ya Ibrahimu, Imana ya Izahaki, Imaimyaka itatu yose nza kurondera ivyamwa kuri iyi na ya Yakobo, niyo yabantumyeko. Iryo niryo zina figiye, sinsangeko nikirazira; gice, nakare cononye nzokwamana, niryo muzoshobora kunyibukirako ubwatsi ku busa. a we aramwishura ati: Databumwe nabo muzovyara bose, imyaka nimyaka. ja, enda banza urorere uyu mwaka, mbanze nimbe IGISOMWA CA KABIRI: 1Kor. 10, 1-6. 10-12. iruhande, ndagitabirire. Ubwo, hari na ho cokwaImana iratwibutsa ngo twisubireko ma, na ho ni kitama uzogica. Ivyo dusoma mwibaruwa rya mbere Umutumwa Paulo yandikiye Abakorenti: Uyu musi barashobora gusoma:Ihunga17,3-7;Zab94,1-2.6-7.8-9;Romani5,1-2.5-8;Yoh4,5-42
Bavukanyi, turi ku munsi wImana ugira gatatu wo mwi Karema. Mu bisomwa vyeranda twumvise uyu munsi, Imana yadukebuye ngo twisubireko hakiri kare, duhindure ingendo, twihanure; ahandi ho kazotubana. Turacari mu gice cambere cikarema, turacafise umwanya; yamara uyo mwanya uriko uragenda, umwanya wo kwisubirako uriko uratujana. Nico gituma Ijambo ryImana rituremesha, ariko kandi rikatubwiriza gufata ingingo
ku vyerekeye inyifato nibikorwa bibi vyacu. Tureke kwiyumvira ko iyo ngingo yo kwisubirako iraba abandi, ahubwo twakire impanuro Yezu adushikiriza uyu musi. Mu Nkuru Nziza, Yezu, mu kwishura ko abanyagalile Pilato yakurikije inkuka bari baje guhereza atari bo bari bacumuye kuruta abandi, atubwira ko tutokwihayagiza ngo turi intungane kuko atakiradushikira. Aratugabisha ati: a mwebwe ni mutihana, muzoshira murtyo nyene. Aciye yungikanya atubwira ko imbere yukuduhana, abanza kudutenyenyera ngo twisubireko. Aduciriye umugani wumushingantahe yari yitereje igiti cifigiye. Agiye kwamura ivyamwa, asanga ntiha-
girako namba. Niho yiyumvira kucicira ngo agikure mu ndimo yiwe. Mwumvise yuko ico giti cahabonye umusuku wa shebuja, we yakibereye mu ngoro ati: Banza urorere uwundi mwaka, mbanze nimbe iruhande, ndagitabire. Ubwo hari naho cokwama, naho ni kitama uzoheza ugice. Muri uyu mugani, Umukama atumenyesheje ko tubwirizwa kwama ivyamwa vyiza. Turazi ko kugira ngo igitoke came vyinshi, dutegerezwa kwimba iruhande yaco tukahashira umwavu mwinshi. Twibaze rero: Nuyuhe mwavu dukeneye gushira mu bukristu bwacu kugira ngo twame vyinshi ? Umuti dukeneye kugira ngo dutotahare hanyuma twame vyinshi ni uwuhe? Turondere inyishu mu gisomwa ca mbere. Kitubarira ivyashikiye Musa nigihugu cIsraeli. Muri ico gihe, abanyisraeli bari abaja babanyamisiri, kubera ibicumuro vyabo bagumye muri ubwo buja. Ariko, umuntu umwe yitwa Musa yahevye inabi akora, yararondeye Imana Rugira vyose. Umusi yumviriza ijwi ryImana, yaciye akora ico Imusavye. Umukama mu kumuhamagara yavuze ati: Musa, Musa! Nawe ati: Ndarengutse Umukama araheza aramumenyesha ko abona ububabare bwigihugu cIsrayeli, kandi ko amutumye kubabwira ko igihe curukiza rwabo kiza gushika vuba. Musa, amaze kwumva ubutumwa yahawe nImana, yaciye amwishura ati: Ego, ndagiye kuraba abanyisraeli, ndababwire nti Imana ya ba Sokuru yantumye iwanyu. Ibikurikira turabizi. Musa yarebashikirije ishaka ryImana; bararyemeye; Imana ica ibakura mu minwe yabanyamisiri. None turabonye umuti abanyisraeli baronse kugira ngo babohoke ubuja bwa Misiri:umwe muri abo yarahindutse, yaregereye Imana, yarasubiye kwumviriza Imana, cane cane yararanguye ishaka ryayo. Nguyo umuti dukeneye ngo twame ivyamwa vyinshi kandi vyiza.
Imana iri kumwe natwe kandi irabona inabi yatuboshe; irashaka kudukiza ubuja bwigicumuro, yamara nta bukiriro ishobora kuturonsa mu gihe tugumye twica amatwi tugakomantaza umutima ngo nti twumve Ijambo nishaka ryayo. Umuti ni uyo rero: kurondera Imana, kwuyumviriza be no kurangura ishaka ryayo. Nguyo umwavu dusabwe gushira mu bukristu bwacu! Ariko tureke kurindira ko abandi benshi babanza bahinduke imbere yuko natwe duhinduka. Tangura wewe, naho woba uri we nyene. Musa ni we yatanguye guhinduka, arumviriza Imana ararangura ishaka ryayo. Tangura wewe, tangurira iwawe, i muhira iwanyu, aho ukorera, kwishule, aho uri hose, ngo vyose bitangure guhinduka. Raba ingene isi irwaye rwose. Ariko ikigoye siyo ndwara, ikigoye nukubura canke kwanka kunywa umuti. Umengo twebwe abakristu twaratakaje akanovera kacu, tumeze nkumunyu atakigira akanovera! Tangura wewe, ubere isi wa mwambiro ukakamisha umutsima, ubere umuco abi muhira, ababanyi, abo mukorana. Musa yarahindutse, aragamburuka ubutumwa bwo gukiza igihugu. Na we, gira gurtyo. Zirikana ingene Imana ibabajwe nububabare bwabantu; nka Musa, uheze wishure uti: darengutse! Mu gusozera, nsubire ku ciyumviro natanguriyeko: nti dutebe gufata ingingo yo guhinduka. Ubu tugihema, ni twigaye, duhinduke bigishoboka, tubone gukira. Cane cane muri iyi minsi yikarema, amafungo yacu nadufashe kwitegurira neza Pasika. Umwanya usigaye si mure mure; ibicumuro vyacu si bike, twitabe ijwi ry Imana iduhamagara, ikadutuma kumenyesha abantu ko igihe curukiza rwabo nurwacu kiza gushika vuba. Igihambaye ni ukwumviriza Ijambo ryImana nukurishira mu ngiro. Ukwisubirako bizotuma twama vyinshi, tuzomera nkigiti gitotahaye cama vyinshi kandi vyiza.
Muriki gihe cIkarema, Ekleziya idutumirira kuzirikana ikinyegezwa cicungurwa ryacu, cane cane ukubabara, ugupfa nukuzuka kwa Yezu. Mu kwitegurira neza umusi mukuru wa Pasika, twotunganya imitima yacu, tukarandurana nimizi ico cose kitugumiza kure yImana. Imana yacu ni munyakigongwe, ntidutinye kuyegera mwisakramentu ryikigongwe kugira ngo twirtyorore, hanyuma tubone kuzohimbaza neza umusi mukuru wizuka ryUmukama wacu Yezu Kristu. Kuva kera na rindi mu mico yacu, iyo umuntu afise inyifato yagatukisha akaba yarenze ihaniro , baramwaka intahe nijambo. Ariko iyo yigaruye, hariho umugirwa wo kumusubiza iteka icese. Yategerezwa guca bugufi imbere yabashingantahe, akagira ico atanze ngo yikureko umwandu wikibi yakoze; yaratanga ninzoga kugira ngo afashanye nabo bari kumwe guhimbaza akanyamuneza ko gusubira mu bunywanyi hamwe nabandi. Mwisakramentu ryikigongwe, Imana iratugirira umusi mukuru mu kudusubiza mu bunywanyi bwayo, kubera ikigongwe itugirira iciye ku Musaserdoti. Igicumuro kiradutandukanya nImana, tukaba kure yinyonga zayo. Ariko yaradutegekanirije uburyo bwo kuyigarukako. Ntitubwanjanjweko rero, cane cane muri iki gihe cikarema. Twirukire ico kigongwe, imitima yacu ikiruruke, tuyerekeze Umukama. Ngiyi ingendo ibereye yodufasha: twisuzume, twinjire mu mitima yacu, tuzirikane twitonze kuri ico cose coba gituma tudatungana, ico cose coba caradutandukanije nImana, ingene twoba twaratirimutse ku mabwirizwa yayo; ntidusige inyuma namahinyu twoba tugenderamwo mu mibano yacu, mu bikorwa namabanga tujejwe, mu migenderanire yacu, mu mico, mu vyiyumviro, mu mvugo no mu ngiro zacu, mu nyifato tugira imbere mu bagowe no mu bababaye. Tugaye ako kabi twakoze, dusabe Imana imbabazi, tuyisabe umutima wo gusubiza hamwe nabo dushize kubiri, tuyisabe umutima wo guheba akabi kose. tidutinye kwatura ibicumuro vyacu mu cemerezo, imbere yUmusaserdoti. Ni we adushikiriza ikigongwe cImana, ku bubasha yahawe na Yezu Kristu: Abo muzorekurira ibicumuro bazoba babirekuriwe (Yohani 20,23). Twature ibicumuro vyacu uko biri, uko vyitwa, tutikingiye ikibaba, ata na kimwe dusimvye. Twishure ibicumuro vyacu mu kurangura ivyo umusaserdoti adusavye, ngo bitubere ikimenyetso cimbabazi nurukundo Imana idusanganiza iyo duciye bugufi tukemanga, tukagaya kandi tukatura akabi twakoze. Dusanganire nakanyamuneza ikigongwe Imana iduha, tukagishikirizwa numusaserdoti. Turabifurije ikarema nziza.
4/3 L Kazimiro 5/3 M Adriano 6/3 M Koleta 7/3 J Perpetua na Felisita 8/3 V Yohani WImana 9/3 S Fransiska Romana
Ihunga 3,1-8a.13-15 Zab 102,1-11 1 Co 10,1-12 Lk. 13,1-9 2 Abami 5,1-15a Zab 41,2.3; 42,3.4 Lk. 4,24-30 Dan 3,25.34-43 Zab 24,4-9 Mt. 18,21-35 Amategeko 4,1.5-9 Zab 147,12-20 Mt. 5,17-19 Yer 7,23-28 Zab 94,1-9 Lk. 11,14-23
Mugira ngo abo banyagarire babonye ayo yose, kuko bari bacumuye kurusha abandi bose? Haba nintete; ariko na mwebwe ni mutihana, muzoshira murtyo mwese. ukuri ndabibabwiye: nta muhanuzi numwe yumvirwa aho
yavukiye
Mukama, mugenzanje ancumuyeko, nzomurekurira kangahe ? Sinkubwiye gushika ku ndwi ariko kugeza kuri mirongo indwi ku ndwi Ijuru nisi bikiriho, nta nakadome, nta nakarongo bizova mu mateka, vyose bitaranguwe Ubwami bwose budashize hamwe buzohona, amazu nayo agwaneko Uwo tudashize hamwe aranyanka, uwo twimburira kubiri arasesagura
Oze 14,2-10 Zab 80,6-17 Urakunda Umukama Imana yawe numushaha wawe wose, numutima Mk. 12,28b-34 wawe wose, nubwenge bwawe bwose, urakunda mugenzawe.... Oze 6,1-6 Lk 18,9-14 Zab 50,3-21ab Kukaba nkako, umuntu yihaya azoteterezwa, nayo uwicisha bugufi azoshemezwa