Vous êtes sur la page 1sur 2

3. Inyishu non valide (Idasobanutse) : 5 WARUBIZI ?

Ishobora kuboneka mu gihe : - ORAQUICK ni igipimo gishasha gifasha


- atakarongo na kamwe kwisuzuma umugera wa SIDA
kabonetse imbere y’indome ‘C’ na ‘T’, TWISUZUME UMUGERA
- Igikoresho ORAQUICK gikoreshwa rimwe
- Atakarongo kabonetse imbere y’urudome ‘C’
- Mugihe habonetse uturongo tudatumberanye
gusa. WA SIDA DUKORESHEJE
n’indome ‘C’ canke ‘T’ - ORAQUICK ntipima izindi ndwara zifatira « ORAQUICK »
- Ata karongo na kamwe kabonetse mu bihimba vy’irondoka.
- ORAQUICK ushobora kuyironka kw’ivuriro
canke k’umuremeshakiyago
- Kwisuzuma na ORAQUICK ni k’ubuntu
kandi ata gahato.
- Mu gukoresha ORAQUICK wibuke
kwisunga ivyanditse ku gapapuro k’insiguro
dusanga imbere mu gasaho k’igipimo.

4 ICOKORWA BIVANYE N’INYISHU


Mu gihe inyishu ari réactif (positif):
- Nyarukira kw’ivuriro rikwegereye
kugira bemeze ico gipimo.
TWIJUKIRE
GUKORESHA NO KUMENYEKANISHA
UBURYO BWO KWISUZUMA UMUGERA
WA SIDA DUKORESHEJE
Mu gihe inyishu ari non réactif (négatif) : ORAQUICK
- irinde inyifato yose yotuma wandura
umugera wa sida
- subiramwo kwipimisha inyuma
y’amezi 3

Mugihe inyishu ari non valide


(idasobanutse):
- Subiramwo igipimo ukoresheje iyindi
ORAQUICK wubahirize intambwe
Ufise ico ubaza
zose
Hamagara PNLS/IST : 22 22 30 94
- Cisha akayiko ko kwisuzuma ku kinyigishi
KWISUZUMA UMUGERA WA SIDA
1 b. Intambwe zo kwisuzuma na ORAQUICK co hejuru n’ico hepfo incuro imwe imwe,
NA ORAQUICK
- Raba neza kugasaho gatekeye Oraquick ko
itataye igihe.
- Kwisuzuma umugera wa sida ukoresheje ORAQUICK
ni uburyo bushasha bwo gusuzuma umugera wa SIDA.

- Mugukoresha ORAQUICK ucisha ico gipimo - Shira ako kayiko mu gacupa kabigenewe uce
kubinyigishi. Kandi ico gipimo gikoreshwa rimwe gusa. urindira iminota 2O imbere yo gusoma inyishu,
nturenze iminota 40.

- Kwisuzuma umugera wa sida ukoresheje ORAQUICK


bikorerwa mw’ibanga uri wenyene canke ufashijwe
n’umuremeshakiyago.
- Ugurura agasaho ka oraquick hanyuma
usome ivyanditse ku gapapuro usanga - Wibuke gusubiza igikoresho wakoresheje
NI BANDE BAGENEWE GUKORESHA mwo imbere. kw’ivuriro canke ku muremeshakiyago
2 ORAQUICK ?
yakiguhaye.

- Abantu bose bitorohera kuja kw’ivuriro kwipimisha


umugera wa sida ku mvo zitandukanye.

3 ORAQUICK IKORESHWA GUTE ? - Ugurura kandi utundi dusaho tubiri turi imbere c. Ingene basoma inyishu
Inyishu z’ubwoko 3 nizo zishobora kuboneka
a. Ivyitonderwa imbere yo kwisuzuma 1. Inyishu réactif (Positif): Mugihe haje akarongo
imbere y’urudome C, n’akandi imbere y’urudome T,
bisigura ko hari ibimenyetso vy’umugera wa SIDA
- Nimba uhejeje gufungura canke kunywa, mu mbiri.
rindira iminota 15 - Injiza agacupa karimwo utuzi mu gakono
- Ukaba uhejeje kwiyugumura canke gukoresha kabigenewe, ubanje kugatereka ahantu
hashashe neza.
umuti wo kwoza amenyo, rindira iminota 30
- Ukaba ufise icuma co kugarura amenyo banza
ugikureyo imbere yo kwipima. 2. Inyishu non réactif (Négatif) : Mugihe haje
akarongo kamwe imbere y’urudome c gusa,
- Rondera ahantu hatekanye kandi hari umuco bisigura ko ata bimenyetso vy’umugera wa
ukwiye. - Suzuma neza agatu kerekana ko ivyo SIDA biri mu mubiri.

- Raba ko ufise hafi yawe isaha, canke ikindi


bikoresho vyashinguwe neza.

gikoresho kigufasha kuraba umwanya.

Vous aimerez peut-être aussi